#BBC: Umucamanza yatanze imihoho kubera gutyoza abirabura
#BBC: Umucamanza yatanze imihoho kubera gutyoza abirabura
[ad_1] Uwufise ububasha kw’isanamu PA Image caption Umucamanza Jansen yanditse ko gufata ku nguvu biri mu muco w’abirabura Umucamanza w’umuzungu muri Afrika y’epfo yatanze imihoho kubera ubutumwa yanditse ku mbuga hwaniro avuga ko gufata abagore ku nguvu biri mu muco w’abirabura. Madamu Mabel Jansen, umucamanza kuri sentare nkuru, yaritwariwe kubera ivyo yanditse mu mwaka uheze, akaba yari amaze…
View On WordPress














