#Burundi: Abanyagihugu Bose Bafise Imyaka Iri Hagati y’Umwaka 1 n’imyaka 29 basabwa kwitabira Urucanco Rwa Mugiga Ruzoba Mu Gihugu cose.
#Burundi: Abanyagihugu Bose Bafise Imyaka Iri Hagati y’Umwaka 1 n’imyaka 29 basabwa kwitabira Urucanco Rwa Mugiga Ruzoba Mu Gihugu cose.
copyrigtPPB
Abanyagihugu bose bafise imyaka iri hagati y’umwaka 1 n’imyaka 29 basabwa kwitabira urucanco rwa mugiga ruzoba mu gihugu cose. Ivyo bikaba vyashikirirjwe kuri uyu wa 4 na muganga Olivier NIJIMBERE ajejwe umugambi wagutse w’igihugu mu bijanye n’icanco mu kiganiro ku bamenyeshamakuru.
Olivier NIJIMBERE amenyesha yuko ubushikiranganji bwo ku bungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida…
View On WordPress