# Burundi#Umutekano# Igipolisi c'u Burundi Cerekanye Abasuma 3 Baheruka kwiba umupfasoni w Umurundikazi.
# Burundi#Umutekano# Igipolisi c’u Burundi Cerekanye Abasuma 3 Baheruka kwiba umupfasoni w Umurundikazi.
Igipolisi c’uburundi cerekanye kuri uyu wa kabiri abantu batatu bivugwa ko ari abasuma bafashwe mu ntango z’ukwezi kwa gatandatu bahejeje kwiba umukenyezi yaragiye kurema isoko mu gihugu ca Tanzania.
Icegera c’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano MOISE NKURUNZIZA avuga ko bafashwe mu mishamirano yabaye hagati y’uwo murwi n’abajejwe umutekano aho hapfuye batatu muri bo.
Moise NKURUNZIZA…
View On WordPress









