#VOA: Amatora yo Kugenzura Prezida Zuma Yigijweyo
#VOA: Amatora yo Kugenzura Prezida Zuma Yigijweyo
[ad_1] Muri Afrika y’Epfo, amatora yarategekanijwe kugenzura ubutegetsi bwa Prezida Jacob Zuma mu mabanga yiwe yigijweyo, mu kurindira ingingo ifatwa na sentare nkuru y’igihugu. Amatora yo kugenzura Prezida Zuma yari yasabwe n’umugambwe utavuga rumwe n’ubutegetsi, Alliance Democratique. Ayo matora yar’ategekanijwe kuba kur’uyu wa kabiri, ukuyigizayo bikaba vyatumye icuka kirushiriza kuba kibi. Ni…
View On WordPress













