#Burundi #RMTUpDates: 20200716 - Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet
#Burundi #RMTUpDates: 20200716 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet
Amakuru yo kumusi wa kane igenekerezo rya 16-07-2020 dushikirizwa na Richard NDAYIZIGIYE agizwe ningingo zikurikira: Ejo umukuru w’Igihugu c’Uburundi yarahaye umubonano ba Buramatari barongoye intara zose zigize Uburundi. Amakuru aranvuye murayasanga kumbuga zacu:YouTube,Facebook,Website,…
20200716 – Amakuru ya @Radio MagaraTimes FM yo kuwa kane kuri 92.00Mhz no kuri Internet Source. [ad_2]
View On WordPress















