Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w' abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w' Uburundi mu bigeme bari musi y' imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k' ubusa hari...
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari…
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari mu rukino rwo gusubiriza rwabereye muri Africa y’ epfo mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino z’ igikombe c’ isi kizobera muri Costa Rica🇨🇷 2022.…
View On WordPress










