#BBC: Trump: "sinigeze mfata amajwi Comey"
#BBC: Trump: “sinigeze mfata amajwi Comey”
[ad_1] Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters Image caption Donald Trump Perezida wa Amerika, Donald Trump, yavuze ko atigeze afata amajwi ibiganiro yagiranye na James Comey wahoze ari umukuru w’urwego rushinzwe iperereza imbere mu gihugu, FBI. Akimara kwirukana James Comey kuri uwo mwanya mu kwezi gushize, Bwana Trump yabaye nk’uvuga ku rubuga rwa Twitter ko ashobora kuba yarafashe amajwi ibiganiro…
View On WordPress















