#VOA: Misiri Yihoye Igitero Cakozwe ku Bakristu
#VOA: Misiri Yihoye Igitero Cakozwe ku Bakristu
[ad_1] Igihugu ca Misiri cakoze ibitero vy’indege muri Libiya, kur’uyu wa gatanu. Ivyo bitero vyabereye ahari ibirindiro vy’abagwanyi ba kisilamu, aho muri Libiya, bihitana abatari bake. N’ibitero vyabaye mu ntumbero yo kwihora ubwicanyi bwakozwe ku bakristu b’aba copte, kur’uyu wa gatanu. Prezida Abdel-Fattah el-Sissi yatangarije kuri televiziyo ico gikorwa co kwihora, inyuma y’aho abagabo baje…
View On WordPress










