Bumamuru FC/ Thierry Nimubona 'Shombe' yanditse ikite ryo guhagarika akazi!
Bumamuru FC/ Thierry Nimubona ‘Shombe’ yanditse ikite ryo guhagarika akazi!
Umumenyereza w’umugwi wa Bumamuru FC, Nimubona Thierry batazira ‘Shombe’ yandikiye ikete ryo guhagarika akazi abarongoye uyo mugwi kuruyu wa kabiri itariki 23 Gitugutu 2018.
Impamvu zatunye uno mumenyereza wa kera wa Flambeau De L’est ahagarika akazi muruyo mugwi nkuko tubisanga muriryo kete yandikiye abarongoye Bumamuru FC ngo nuko yaritanze uko ashoboye kwose kugira ngo uyo mugwi ubandanye…
View On WordPress












