#BBC: Liu Xiaobo yarekuwe kubera indwara ya cancer imugeze habi
#BBC: Liu Xiaobo yarekuwe kubera indwara ya cancer imugeze habi
[ad_1] Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters Image caption Liu Xiaobo yandika ivyese agaharanira n’agateka ka zina muntu Umushinwa atavuga rumwe na reta yigeze kuronka agashimwe ka Nobel Liu Xiaobo yavanywe mw’ibohero ajanwa mu bitaro inyuma yo kumutora ingwara ya Cancer. Liu, aharanira agateka ka zina muntu yatawe mu mvuto mu 2009 yagirizwa ibintu bitagira ishingiro kuko yatera akamo ko hoba…
View On WordPress













