#JW: Ivyabona vya Yehova bagiye gutangura ibikorane vyo mu 2017
#JW: Ivyabona vya Yehova bagiye gutangura ibikorane vyo mu 2017
[ad_1] I NEW YORK: Ku wa 19 Rusama 2017, Ivyabona vya Yehova bazotangura ibikorane vy’imisi itatu bagira buri mwaka. Igikorane c’uwu mwaka kizoba kivuga ngo “Nugume wihangana.” Ivyo bikorane bizobera mu bibanza bitandukanye hirya no hino kw’isi kandi bizobandanya gushika mu ntango za 2018. Nk’uko vyagenze mu myaka iheze, n’ubu Ivyabona bariko baragira isekeza kw’isi yose ryo gutumira abantu kuri…
View On WordPress












