#VOA: Turukiya Iramirira Kure Ingingo ya Amerika
#VOA: Turukiya Iramirira Kure Ingingo ya Amerika
[ad_1] Ingingo yafashwe na Reta ya Amerika, yo guha ibigwanisho abagwanyi b’aba kurde, bagwanira muri Siriya, yateye icuka kibi muri Turukiya. Binali Yildirim, umushikiranganji wa mbere wa Turukiya, yatangaje ko iyo ngingo batazoyemera. Avuga kandi ko Amerika izi neza ko uwo mugwi ar’umugwi w’iterabwoba. Umuhari w’aba Kurde usanzwe ukomeye mu gikorwa co kugwanya umuhari wa Reta ya Kisilamu.…
View On WordPress









