#VOA: Imyimenyerezo yo Kugabisha Koreya ya Ruguru
#VOA: Imyimenyerezo yo Kugabisha Koreya ya Ruguru
[ad_1] Indege z’intambara za Reta zunze ubumwe z’Amerika, zifatanije n’iza Koreya y’epfo, zarakoze imyimenyerezo ya gisirikare aho zateye bombe hafi y’urubibe n’igihugu ca Koreya ya ruguru, nkuko vyashikirijwe n’igisirikare ca Koreya y’Epfo. Igisirikare ca Koreya y’epfo kivuga kandi ko ivyo vyakozwe nk’ukugabisha Koreya ya ruguru ku bitero vy’ibisasu vyo mu bwoko bwa Misile iherutse gutera.…
View On WordPress












