Kirundo yacumitse kimwe Ngozi, Rumonge yihanira Mwaro, Karusi ikwega amashati Muramvya.
Kirundo yacumitse kimwe Ngozi, Rumonge yihanira Mwaro, Karusi ikwega amashati Muramvya.
Ihiganwa ku rwego rw’igihugu rya batarenza imyaka 15, rya bandanije kuruyu wa gatatu aho rigeze mudwi yaryo y’umunani, Rumonge U-15 ikaba yihaniye ibitsindo bi tatu kuri kimwe, Mwaro U-15 iyisanze iwabo, Kirundo U-15 nayo icumita igitsindo kimwe ku busa Ngozi U-15, Karusi nayo ikwega amashati Muramvya U-15 mu kunganya bibiri ku bindi bayisanze muhira, mugihe Rutana U-15 yari yihaniye Makamba…
View On WordPress












