#VOA: Afurika Izobangamirwa N'ingingo y'Amerika ku Masezerano y'i Paris
#VOA: Afurika Izobangamirwa N’ingingo y’Amerika ku Masezerano y’i Paris
[ad_1] Ingingo ya perezida wa Reta Zunze Ubumwe z’Amerika, Donald Trump y’ugukura meza mu masezerano y’i Paris kw’ihindagurika ry’ibihe ishobora kugira ingaruka mbi ku karere ka Afrika. Ivyo bitangazwa n’abaharanira ibidukikije mu karere ka Afrika. Saliem Fakir ajejwe imigambi mu kigo kijejwe gukingira inyamaswa mu gihugu ca Afrika y’epfo, arafise impungenge ku ngingo y’Amerika y’ukuva…
View On WordPress














