#VOA: Burundi: Ikena ry'Igitoro Ryahagaritse Uburovyi
#VOA: Burundi: Ikena ry’Igitoro Ryahagaritse Uburovyi
[ad_1] Abarovyi barenga ibice 70 kw’ijana barahagaritse ibikorwa vyo kuroba ku kivuko ca Rumonge kiri ku kiyaga ca Tanganyika kubera ubukene bw’igitoro. Umunyamabanga mukuru w’urunani rw’abarovyi n’abadandaza amafi mu Burundi asanzwe akorera ku kivuko ca Rumonge avuga ko igitoro kingana n’ilitiro 30 bahabwa kuri buri gipe iyo bagiye kunywesha ku ma stations ataco kibafasha bahisemwo guhagarika…
View On WordPress















