#ClassementFIFA : Uburundi bwungutse ibibanza bine mu kwezi kwa nyandagaro, Ububirigi mu kibanza ca mbere.
#ClassementFIFA : Uburundi bwungutse ibibanza bine mu kwezi kwa nyandagaro, Ububirigi mu kibanza ca mbere.
Uko ukwezi guheze niko ishirahamwe ry’umupira wa maguru kw’isi FIFA ryama risohora uko ibihugu birushanya amanota kurwego rw’isi yose aho Uburundi bwahora mukibanza 148 mu kwezi kwa mukakaro ariko muri kuno kwezi bukaba bwungutse ibibanza bishika kuri bine vyose aho ubu bubarizwa mu kibanza 144.
Intamba Murugamba.
Ugerageje kuraba ibindi bihugu bisangiye akarere k’Afrika y’ubuseruko…
View On WordPress