#VOA: Abarundi Barasabwa Kugabanya Umuvuduko Bibarukako
#VOA: Abarundi Barasabwa Kugabanya Umuvuduko Bibarukako
[ad_1] Abarundi bamaze kwiyongera incuro zine zose kuva mu 1962. Leta ihamagarira abanyagihugu kugabanya umurundi wo kuvyara mu gukoresha ubuhinga bwo kugabanya no gutandukanya imvyaro. Ishirahamwe ryigenga Parcem naryo risaba Leta gushiraho imigambi iboneka yo kugwiza akazi haba ku bize n’abatize kugira ifashe urwaruka rugize ibitigiri vyinshi vy’abanyagihugu. Kuri uyu wa kabiri, Uburundi…
View On WordPress










