Ni UKURI KW’IMANA NDAGUKUNDA CANE. 💜🖤💙🤎❤️🤍💖✨💫 #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/CqDAZWkNWTk/?igshid=NGJjMDIxMWI=

seen from United States

seen from Singapore
seen from United States

seen from Russia
seen from United States
seen from China
seen from United States
seen from China
seen from China
seen from Switzerland
seen from United States

seen from Canada
seen from United States
seen from United States
seen from United States
seen from Russia
seen from China

seen from China
seen from China
seen from China
Ni UKURI KW’IMANA NDAGUKUNDA CANE. 💜🖤💙🤎❤️🤍💖✨💫 #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/CqDAZWkNWTk/?igshid=NGJjMDIxMWI=
MASEZERANO Jr ❤️🖤💙🤎💜🤍💖✨💫 (Imig.13:1) Umwana w’ubwenge ashir’umutima kugutozwa indero nziza na se,… Ivyo bikaza (1Sam.2:26) gukomeza gukura ushimwa n’Imana n’abantu. Ndabakunda kandi ndabubashe cane. #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/CpvFHhftmPi/?igshid=NGJjMDIxMWI=
Yoh.3:16 « Urukundo Imana yadukunze rwatumye yitanga kugira UWIZERA aronke UBUZIMA BUDAHERA. » Harya UBUTUNZI bwa mbere s’amafaranga, imodoka cank’inzu,….. ariko UBUTUNZI bwa mbere ni UBUZIMA. Kuko imodoka, inzu, amafaranga cank’ikindi cose ukibuze canke kikagenda Urashobora kuronk’ikindi kinakirusha agaciro, ariko iy’ubuze UBUZIMA biba biheze. Ufise YESU ufise UBUZIMA budahera, ariko udafise YESU upfuye turaguhamba biba biheze kuko muri YESU niho honyene dufise UBUZIMA BUDAHERA, kandi uwumwizera naho yoba yarapfuye AZOBAHO, kandi uwumwizera wese akiriho ntah’AZOPFA. Ndabakunda kandi ndabubashe cane. #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/CpmPG9St812/?igshid=NGJjMDIxMWI=
💙❤️💜🤎🖤🤍💖✨💫 Ukwezi kwa kabiri kwiza. Ikintu cose Imana yaguteguriye ko kib’umugisha wawe, uzokigenderamwo mw’Izina rya YESU. Nta cacuriwe kukurwanya kizogir’ico kikugira mw’Izina rya YESU. Turabakunda kandi turabubashe cane. #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/CoHCUmft_VP/?igshid=NGJjMDIxMWI=
Jewe n’Umwamikazi wanje tubipfurije indwi nziza. Ic’Imana yaguteguriye cose mur’uyu mwaka urakibamwo utarahera mw’Izina rya YESU. Kuko irarinze ijambo ryayo ngo irishitse. Turabakunda kandi turabubashe cane. #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/CmD9OKctmNL/?igshid=NGJjMDIxMWI=
(Esiteri 9:1) N’uko mu KWEZI KWA 12 kwitwa ADARI, kw’igenekerezo rya 13, niwo musi nyene icagezwe c’umwami n’itegeko ryiwe vyari bishitse ko bikorwa, niwo musi abansi b’abayuda baziga ko babahagarara ku gakanu, ARIKO BIRAHINDUKA, abayuda baba aribo babahagarara ku gakanu abari babafitiye urwanko. Ndavugishijwe ku buzima bwawe, ko nah’umwansi wawe yarazi ko vyaheze, ico Imana yateguye ku buzima bwawe kitakibaye, uku kwezi nyene kwa nyuma kwa 2022 kutarahera, Imana irabishikije mw’Izina rya YESU. Urinjirana intsinzi n’umunezero muri 2023. Turabakunda kandi turabubashe cane #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/Cln0kh9NXDT/?igshid=NGJjMDIxMWI=

Ur’umuvyeyi s’ukwitwararika gusa ugukura kw’ikibondo cawe, ariko umenye ko nawe urakeneye gukura mu kurera. Dushobozwa vyose na YESU aduh’inkomezi. Ndabakunda kandi ndabubashe cane. #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY https://www.instagram.com/p/CllbOaPNGCd/?igshid=NGJjMDIxMWI=