#VOA: Abarundi Basabwa Guterera ku Matora ya 2020
#VOA: Abarundi Basabwa Guterera ku Matora ya 2020
[ad_1] Abarundi baba muri Tanzaniya cane cane I Arusha, bahimbaje imyaka 55 iheze igihugu cabo cikukiye kuri uyu wa gatandatu. Kubona babikoze inyuma y’indwi imwe italike yo kuronka intahe y’ukwikukira ibaye, ubuserukizi bw’Uburundi buvuga ko bwari bucitegura neza. Umuhanuzi wambere muri Ambassade Amos Ndimurwanko yaboneyeho akaryo ko kwibutsa Abarundi ko babwirizwa guterera kugira naho abafasha…
View On WordPress








