#VOA: Afganistani: Igetero cahitanye abantu 18
#VOA: Afganistani: Igetero cahitanye abantu 18
[ad_1] Mu buseruko bwa Afganistani umwihevyi yaturikije bombe mu muduga watumberejwe mu miduga y’abasirikare ba reta yica abantu 18 akomeretsa abandi 6. Abategetsi bavuga kw’ico gitero cagizwe mu gisagara ca Khost mubuseruko bw’igihugu, catumberejwe kubasirikare ba Afganistani bariko barafasha gucungera umutekano w’abasirikare ba Amerika bari bari muri ako karere. Umushikiranganji ajejwe intwaro…
View On WordPress







