#BBC: Ibura ry'igitoro ca esanse mu Burundi rirabandanya
#BBC: Ibura ry’igitoro ca esanse mu Burundi rirabandanya
[ad_1] Image caption N’ahandi mi bice vy’igihugu haravugwa icibazo c’ibitoro Haribonekeza ubukene bw’igitoro co mu bwoko bwa ‘essence’ mu gisagara ca Bujumbura no bice bitandukanye vy’igihugu c’Uburundi. Kuri uyu wa Mbere stasiyo imwe gusa ni yo yari ifise igitoro mu gisagara ca Bujumbura. Iryo bura ry’igitoro rimaze indwi zibiri, rimaze kugira ingaruka ku bidandazwa. Aho bita kuri stasiyo« musée…
View On WordPress













