#VOA: Ubutaliyano Bugiye Gukomeza Umutekano Ahaca Abimukira
#VOA: Ubutaliyano Bugiye Gukomeza Umutekano Ahaca Abimukira
[ad_1] Igihugu c’Ubutaliyano gitegekanya kurungika ubwato bw’ingwano buzofasha abajejwe gucungera umutekano k’urubibe rwa Libiya, ahasanzwe haca abimukira baharugwa mu bihumbi, binjira mur’ico gihugu. Paolo Gentiloni, umushikiranganji wa mbere w’Ubutaliyano yatangaje kur’uyu wa kane ko ivyo bishobora kuzofasha gutorera umuti ikibazo c’abimukira, kimaze amezi atari make kiraje ishinga ibihugu vya…
View On WordPress









