#VOA: COMESA Yanse Gukorera Inama mu Burundi
#VOA: COMESA Yanse Gukorera Inama mu Burundi
[ad_1] Umuryango w’ubutunzi w’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko niy’amajepfo “COMESA” wanse ko inama zawo z’uyu mwaka zibera mu Burundi nk’uko vyari bitegekanijwe. Mw’ikete umunyamabanga mukuru wa Comesa Sindiso Ngwenya yandikiye umushikiranganji w’Uburundi ajejwe ubudandaji, amahinguriro n’ingenzi Pelate Niyonkuru yamubwiye ko Uburundi butagize imyiteguro ihagije yo kwakira inama y’inzego za…
View On WordPress








