#VOA: Tanzania Airlines Igiye Gukorera mu Burundi
#VOA: Tanzania Airlines Igiye Gukorera mu Burundi
[ad_1] Isosiyete y’indege yo mu gihugu ca Tanzaniya igiye gutangura gukorera ingendo zayo mu Burundi. Umuyobozi mukuru ajejwe ivyerekeye indege za Reta n’ibirere yabwiye ikinyamakuru ca Reta ko guhera mu ntango z’ukwezi kuza kw’umunani, indege yamberey’igihugu ca Tanzaniya izotangura kugira ingendo i Bujumbura mu Burundi. Ladislas Matinde avuga ko uwo murongo Dar es salaam-Bujumbura ari akaryo…
View On WordPress














