President Trump mu Nama yo Kugwanya Iterabwoba i Paris
President Trump mu Nama yo Kugwanya Iterabwoba i Paris
Perezida wa Amerika Donald Trump yashitse I Paris mu Bufaransa kuri uno musi wa kane. We na mugenzi we Prezida Emmanuel Macron bagiye kuganira ku migambi yo kugwanya iterabwoba. Haciye umwaka Perezida Trump avuze kw’igisagara ca Paris kirimwo akajagari kenshi mumutekano waco kandi ko hateye ubwoba, kubera hagirigwayo ibitero vy’iterabwoba. Mu misi ya vuba naho, Trump yavuze ko ibitero vy’umugwi…
View On WordPress













