#RMT: #SérieA R15 dimanche, le 03/01/2021... - #RMTUpDates
#RMT: #SérieA R15 dimanche, le 03/01/2021… – #RMTUpDates
#SérieA🇮🇹 R15 dimanche, le 03/01/2021 FT: Juventus 4-1 Udinese MN: Ibitsindo bibiri CristianoRonaldo🇵🇹 yatsinze muri urwo rukino, vyatumye acashikana ibitsindo 758 kuva atanguye gukina umupira w' amaguru uzwi n' amategeko. Vyaciye bituma kandi asumvya #Pelé🇧🇷 igitsindo kimwe kuko we yahagarikije ivyo gukina ku bitsindo 757. Ubu tuvugana #CR7 asigaje gutsinda itsindo 2 kugira ngo acafata ikibanza…
View On WordPress












