#VOA: Isabelle NDAHAYO Yarahiye Imbere ya EALA
#VOA: Isabelle NDAHAYO Yarahiye Imbere ya EALA
[ad_1] Umushikiranganji mushasha w’Uburundi ajejwe ibibazo vyerekeye umuryango w’Afrika y’ubuseruko, kur’uyu wa kane niho yarahira imbere y’Inama nshingamateka y’uwo muryango. Isabelle Ndahayo, yiyemeje ko azokora atiziganya ku nyungu zo guteza imbere uwo muryango w’Afrika y’ubuseruko, kandi ko azokubahiriza amategeko, ko atazohemuka canke ngo agire ahahengamira. Ndahayo, avuga ko ico azoshira…
View On WordPress












