#Burudi #Football: Inkino za kivandimwe zabaye mumpera yino ndwi, Aigle Noir yaratsinzwe, Musongati FC iratsinda, Olympic Star iranganya.
#Burudi #Football: Inkino za kivandimwe zabaye mumpera yino ndwi, Aigle Noir yaratsinzwe, Musongati FC iratsinda, Olympic Star iranganya.
Imirwi itari mike ya hano iwacu irabandanya yitegurira ihiganwa rya Primus League Burundi ryo mu mwaka winkino uza aho umurwi wa Aigle Noir uzoserukira Uburundi muri CAF Champions League uri hariya mugihugu ca Tanzania watsinzwe na Kagera Sugar ibitsindo (2-0) hari kuri uyu wa gatandatu ku kibuga ca Azam Complexe. Umurwi wa Olympic Star nawo wanganije (2-2) na Flambeau Du Centre murukino…
View On WordPress