Inkino zabaye kuri uyu wa 12 Ruhuhuma 2021....
Inkino zabaye kuri uyu wa 12 Ruhuhuma 2021….
Inkino zabaye kuri uyu wa 12 Ruhuhuma 2021. Umurwi Simba SC🇹🇿 waraye utahukanye amanota atatu(3pts) m' ugutsinda igitsindo kimwe k' ubusa AS Vita Club🇨🇩 iyisanze ku kibuga cayo muri CAF Champions League(Phase des groupes) mu gihe bwabaye ubusa k' ubundi hagati ya Zamalek🇪🇬 na MC Alger🇩🇿. 🇧🇮Primus Ligue R21 FT: B S Dynamik 0-2 Buja City Top5: 1. Flambeau du Centre 38pts(+16 buts) 2. Rukinzo FC…
View On WordPress










