#Burundi: Inyuma y'i bitero vy'abitwaje ibigwanisho vyabaye mu ntara za #Bubanza na #Cibitoke muntango y'iyi ndwi, abahuguka bava muri #Tanzaniya muri wamugambi wa reta wo gutahana impunzi kunguvu bashikira kwagirizwa gushaka gukorana n'imirwi igwana mugihe basanzemwo abakiri bato. Tubamenyesheko abamenyashamakuru bane n'umushoferi wabo bakorera ikinyamakuru iwacu bafatiwe i Bubanza bagapfungwa n'ubu batararekurwa. Abatari bake birirwa barasemerera basaba reta y'uburundi kubaha umwidegemvyo kuko bafashwe bariko bakora akazi kabo. https://www.instagram.com/p/B4EdPOrBo4k/?igshid=f5vu6c571cxh
















