#VOA: Ubwoba Mu Barundi Bahungiye Tanzaniya
#VOA: Ubwoba Mu Barundi Bahungiye Tanzaniya
[ad_1] Impunzi z’Abarundi ziri muri Tanzaniya zivuga ko zitewe umutima uhagaze n’amajambo aherutse gushikirizwa n’abakuru b’ibihugu vy’Uburundi na Tanzaniya babahamagariye gutahuka. Bamwe muribo babwiye Ijwi ry’Amerika ko bafise ubwoba ko bashobora kwirukanwa umwanya uwariwose. Impunzi z’Abarundi ziri mu nkambi za Nduta hamwe na Mtendeli zivuga ko inyuma y’urugendo rw’umukuru w’igihugu cabo I…
View On WordPress














