#RMT: Umukuru w' igihugu c' u #Burundi #EvaristeNdayishimiye yafashe urugendo arikumwe n' umutambukanyi wiwe #AngéliqueNdayishimiye... - #RMTUpDates
#RMT: Umukuru w' igihugu c' u #Burundi #EvaristeNdayishimiye yafashe urugendo arikumwe n' umutambukanyi wiwe #AngéliqueNdayishimiye… – #RMTUpDates
Umukuru w' igihugu c' u #Burundi #EvaristeNdayishimiye yafashe urugendo arikumwe n' umutambukanyi wiwe #AngéliqueNdayishimiye bagana igisagara ca #Libreville muri #Gabon aho yitavye inama igira 18 y' abakuru b' ibihugu vyo m' umuryango wa #Africayohagati. Iyo nama izoba kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 27 Munyonyo 2020. #Radiomagaratimesfm92MHZ #GilbertNDUWIMANA Source
View On WordPress










