#RMT: Abakinyi 11 batangura k' urahande rw' u #Burundi m' urukino rugire rube igihe c' isaha y' ucenda kuri #IntwariStadi... - #RMTUpDates
#RMT: Abakinyi 11 batangura k' urahande rw' u #Burundi m' urukino rugire rube igihe c' isaha y' ucenda kuri #IntwariStadi… – #RMTUpDates
Abakinyi 11 batangura k' urahande rw' u #Burundi🇧🇮 m' urukino rugire rube igihe c' isaha y' ucenda kuri #IntwariStadium hagati y' ico na #Mauritania🇲🇷 mu ntumbero yo kurondera itike yo gukina #CAN2021 izobera muri #Cameroon🇨🇲 . Urwo rutonde urubona gute rutarimwo #AmissiCedric kubera ikarata zitatu z' umuhondo afise na #NsabiyumvaFréderic yakomeretse? #PérèsNIBIGIRA Source
View On WordPress













