#BBC: Conte avuga ko gutsindwa na Palace bituma ihiganwa riryoha
#BBC: Conte avuga ko gutsindwa na Palace bituma ihiganwa riryoha
[ad_1] Uwufise ububasha kw’isanamu AFP Image caption Antonio Conte avuga ko igikombe kitaraboneka Umumenyereza wa Chelsea, Antonio Conte, avuga ko gutsindwa na Crystal Palace ku buryo ataziga bitumye guhiganirwa igikombe ca Premier League bijamwo akunyu. Chelsea isanzwe ariyo iri imbere muri Premier League, yatsinzwe ku nshuro ya kabiri gusa kuva ihiganwa ryatangura, aho Palace yiha amahirwe yo…
View On WordPress















