Burundi-Football/ Amajambo yavugiwe mu kigo ca Brarudi igihe Jonathan NAHIMANA umunyegori wa Vital’o Fc yariko arahambwa agashimwe.
Burundi-Football/ Amajambo yavugiwe mu kigo ca Brarudi igihe Jonathan NAHIMANA umunyegori wa Vital’o Fc yariko arahambwa agashimwe.
Kuva iburyo Slim Saidi, Diègue NIFASHA na Jonathan NAHIMANA
Ibirori vyo guhabwa agashimwe Jonathan NAHIMANA umunyegori wa Vital’o fc ko mukwezi kwa Ndamukiza nk’umukinyi yigenjeje neza gusumba abandi bose muri Primus League nkuko twabibamenyesheje, Ivyo birori vyaruguruwe icese nuwari yaserukiye ishirahamwe rya Brarudi, akurikirwa n’icegera c’uwurongoye ishirahamwe ry’umupira wa maguru Aimable…