#Burundi: Birabujijwe Gushinga Amashengero Mashasha n’Imisigiti Mu Gisagara ca Bujumbura.
#Burundi: Birabujijwe Gushinga Amashengero Mashasha n’Imisigiti Mu Gisagara ca Bujumbura.
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu bwarafashe ingingo yo kubuza ishingwa ry’amashengero mashasha hamwe n’imisigiti mu gisagara ca Bujumbura.
Mu rwandiko rw’ubwo bushikiringanji bwo kuri uyo wa gatatu, umushikiranganji Pascal BARANDAGIYE avuga ko amadini ashaka gushinga amashengero mashasha ategerezwa juka kuyashinga hagati mu gihugu hubahirijwe itegeko rigenga amadini na cane cane…
View On WordPress








