Europe Football: Inkuru zitandukanye ziriko ziravurwa ku bakinyi no ku mirwi itandukanye.
Europe Football: Inkuru zitandukanye ziriko ziravurwa ku bakinyi no ku mirwi itandukanye.
Hari inkuru nyishi ziriko ziravurwa ku mugabane wa bulaya, haba ku bakinyi haba ku mirwi zo kuri uyu wa mbere izo nkuru akaba ari izi zikurikira:
-Cristiano Ronaldo yarahawe umwambaro wanditsweko igiharuro 700 gisigura ibitsindo aherutse gukwiza kuva agitangura gukina umupira wa w’amaguru.
Cristiano Ronaldo. Copyright
-Gabriel Jesus ubusatirizi wa Manchester City agiye murutonde rw’abanya…
View On WordPress












