#VOA: Perezida Trump Avuga kw'Iceyi Camuvuyeko
#VOA: Perezida Trump Avuga kw’Iceyi Camuvuyeko
[ad_1] Perezida wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump yabwiye abamenyeshamakuru uno musi ku wa gatanu kw’iceyi kumuvuyeko kubera ivyo, Jim Comey yahoze ayoboye ibiro bijejwe gutohoza ivytaha, FBI yabwiye umurwi w’inama nkenguzamateka ujejwe iperereza ku musi wa kane. Mu majambo yiwe, Perezida Trump avuga ko atigeze akorana n’Uburusiya, canke ngw’aburagize ubutungane. Ivyo Trump…
View On WordPress











