#VOA: Perezida Nkurunziza Ahamagarira Impunzi z'Abarundi Gutahuka
#VOA: Perezida Nkurunziza Ahamagarira Impunzi z’Abarundi Gutahuka
[ad_1] Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza ahamagarira impunzi z’Abarundi zirenga ibihumbi 240 ziri muri Tanzaniya gutahuka. Ivyo Nkurunziza yabivugiye m’urugendo yagize kur’uyu wa kane mur’ico gihugu ku butumire bwa mugenzi we wa Tanzaniya John Pombe Magufuli. Nkurunziza yashimangiye ko mu gihugu ciwe hari amahoro akwiye, ko botaha guteza imbere Uburundi. Ibiro vy’umuhuza w’Abarundi…
View On WordPress












