#Burundi #LigueB: Uku Niko Imigwi Yagiye Itsinda Mu Ndwi Igira Gatanu Ya Ligue B.
#Burundi #LigueB: Uku Niko Imigwi Yagiye Itsinda Mu Ndwi Igira Gatanu Ya Ligue B.
Inkino zitanu nizo zabaye mu mpera y’ino ndwi mu cicaro ca kabiri, Ligue B aho iryo higanwa ryari rigeze mundwi yaryo igira gatanu. Inter Star wari wagendeye Rumonge City hariya ku kibuga Ivyizigiro bashima kuganya kimwe ku kindi (1-1) nayo Top Junior yari yakubitiye hariya i Muyinga ku kibuga Umuco aho yari yakiriwe na Busoni Star banganya nabonyene kimwe ku kindi (1-1). Inyuma yo gutsindwa na…
View On WordPress















