#VOA: Abantu Batatu Bamaze Guhitanwa na Ebola Muri RDC
#VOA: Abantu Batatu Bamaze Guhitanwa na Ebola Muri RDC
[ad_1] Ikiza ca Ebola catangajwe mu buraruko bushira ubuseruko bwa Republika iharanira demokrasi ya Congo, aho yahitanye abantu batatu kuva kw’italiki mirongo ibiri na zibiri z’ukwezi kwa kane. Ivyo vyatangaje uno musi ku wa gatanu n’ishirahamwe rijejwe amagara y’abantu kw’isi, OMS. Ku bw’iryo shirahamwe, ico kiza ca Ebola kiri mu karere karimwo ishamba mu ntara ya Bas-Uele, ku rubibe n’igihugu…
View On WordPress










