Bonne fin de semaine 👌avec nos #pancakes_au_sirop_derable. #Happy_week-end #pancakes #Topcrêpe #manger_devient_un_plaisir 😍 https://www.instagram.com/p/B6Ad-beF0ne/?igshid=1jjh3id9wzesr
seen from Iraq

seen from Germany
seen from Russia
seen from France

seen from United States
seen from United States

seen from Germany

seen from United States

seen from Spain
seen from France

seen from Germany
seen from United States
seen from China

seen from Türkiye
seen from United States

seen from United States
seen from Belarus

seen from Ecuador

seen from Ireland

seen from Canada
Bonne fin de semaine 👌avec nos #pancakes_au_sirop_derable. #Happy_week-end #pancakes #Topcrêpe #manger_devient_un_plaisir 😍 https://www.instagram.com/p/B6Ad-beF0ne/?igshid=1jjh3id9wzesr
Kuba mugufi canke muremure s'ikibazo, kuvyibuha canke kwonda s'ikibazo, kwirabura canke kugir'inzobe naco s'ikibazo nukuri, eka no kuba umuhutu umututsi cank'umutwa naco s'ikibazo namba, kuko wewe siwe wabihisemwo ariko wisanze ur'ico URI kandi Imana vyarayinezereye kugir'ukwo kuko uri mwiza cane. Umva ukwo nyene atawusa nawe, ata wumeze nkawe, niko harivyo ufise, har'ibiri muri wewe atawundi n'umwe mur'iyi isi abifise. Ahubwo ikibazo nuko tudakunda ico turi, tukanka n'ivyo dufise kandi UBUTANDUKANE bwacu bugaragaza UBUSHOBOZI bw'Imana. Yaco wipfuza ivy'abandi, yaco ut'umwanya wigana ngo umere nka naka, ahubwo KUNDA ICO URI, KUNDA IVYO UFISE, gerageza kurondera ivyo biri muri wewe ata wundi n'umwe abifise, niho tuzogutangarira kandi tukakunezerererwa, n'Imana ntizicuza kuko ivyo yagushizemwo bitapfuye UBUSA. Dushobozwa vyose n'a KRISTO kuko niwe NKOMEZI zacu, uwo ni wamwizera urabon'ubwiza bw'Imana. Ndabakunda kandi ndabubashe cane #Happy_Week #MASEZERANO #WAMCNY https://www.instagram.com/p/Bos-nl4lm-s/?utm_source=ig_tumblr_share&igshid=10f6u7u360c8
#happy_monday #CesarLopez-R #YoCesarLopezR inicio de semana #Happy_week (en Guatemala City, Guatemala)