#RMT: Samuel Eto'o Fils avuga ko #AnsuFati kwari umukinyi wa kazoza, akavuga ko #FCBarcelone yomufata neza kandi ko yizera kw' ariwe azoba umusubi... - #RMTUpDates
#RMT: Samuel Eto’o Fils avuga ko #AnsuFati kwari umukinyi wa kazoza, akavuga ko #FCBarcelone yomufata neza kandi ko yizera kw’ ariwe azoba umusubi… – #RMTUpDates
Samuel Eto’o Fils avuga ko #AnsuFati kwari umukinyi wa kazoza, akavuga ko #FCBarcelone yomufata neza kandi ko yizera kw’ ariwe azoba umusubirizi wa #LionelMessi. Ivyo Eto’o avuga nawe niko ubibona canke wewe ubibona ukundi?#PérèsNIBIGIRA Source
View On WordPress










