#BBC: Tanzaniya: Abantu babiri bapfuye babatizwa mu ruzi ku wa Mungu
#BBC: Tanzaniya: Abantu babiri bapfuye babatizwa mu ruzi ku wa Mungu
[ad_1] Image caption Ikarata ya Tanzaniya Abantu babiri barapfuye ku munsi wa Mungu bariko babatirizwa mu ruzi mu karere ka Rombo, mu ntara ya Kilimanjaro mu buraruko bwa Tanzaniya. Ku bw’icegera c’uwurongoye igipolisi Hamisi Selemani Issa, abo bantu babiri babatizwa bibikwa mu mazi n’umupasitori w’ishengero Shalom, riri mu karere ka Rombo. Batwawe n’amazi y’uruzi Ungwasi igihe bari bibitswe mu…
View On WordPress








