#RMT: #PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c' uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Ma... - #RMTUpDates
#RMT: #PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c’ uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Ma… – #RMTUpDates
#PARIS: Amakuru dukura mumuryango wa nyakwigendera Petero Boyoya yahoze atwara igihugu c’ uburundi amenyesha ko azo hambwa mugihugu ca Mali aho yarasanzwe yarasavye ubuhungiro. Ariko umusi canke igenekerezo azohambirwako ntibirashobora kumenyekana. #OnésimeNdayishimiye Source
View On WordPress














