#RMT: #Uganda: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka it... - #RMTUpDates
#RMT: #Uganda: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka it… – #RMTUpDates
#Uganda🇺🇬: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka itanu(5) iri imbere aho yatowe ku majwi 59% mu gihe uwo batavuga rumwe ari nawe benshi baha amahirwe muri ico kibanza co kurongora Uganda #RobertKyagulanyu(Bobi Wine) yatowe ku majwi 35%. Akanama gashinzwe gutunganya amatora gasaba leta ya Uganda kwongera kureka…
View On WordPress






