#RMT: K' umwanya k' umwanya iterambere ku muvuduko udasanzwe mu #Burundi! Neza na neza ni ku mutumba wa #MagaraII komine #Bugarama intara ya #Ru... - #RMTUpDates
#RMT: K’ umwanya k’ umwanya iterambere ku muvuduko udasanzwe mu #Burundi! Neza na neza ni ku mutumba wa #MagaraII komine #Bugarama intara ya #Ru… – #RMTUpDates
K’ umwanya k’ umwanya iterambere ku muvuduko udasanzwe mu #Burundi! Neza na neza ni ku mutumba wa #MagaraII komine #Bugarama intara ya #Rumonge ahagiye kwubakwa ibiro vy’ akarere k’ ubuvuzi ka #Bugarama.Iyo nyubakwa ikaba izoba igeretse rimwe. Emmanuel Ndabashinze Source
View On WordPress











