#RMT: #Rumonge: K' umugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 ku kivuko c' uburovyi ca Rutumo muri zone Minago komine... - #RMTUpDates
#RMT: #Rumonge: K' umugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 ku kivuko c' uburovyi ca Rutumo muri zone Minago komine… – #RMTUpDates
#Rumonge🇧🇮: K' umugoroba wo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021 ku kivuko c' uburovyi ca Rutumo muri zone Minago komine n' intara ya Rumonge, uwitwa Matore yaraye ariwe n' imvubu igihe bari bavuye gutega Amakira mu kiyaga Tanganyika aho imvubu yaseka akato barimwo ari babiri. Umwe yaciye yoga aja k' umusozi Imana yarakinze ararokoka uwo Matore nawe yoze aduga mu mazi iyo mvubu ica…
View On WordPress













