#RMT: Mu minsi iheze, twarabashikirije inkuru yavuga k' umuririmvyi w' indirimbo za Gospel azwi kw' izina rya DaduCalixte ko yagiz... - #RMTUpDates
#RMT: Mu minsi iheze, twarabashikirije inkuru yavuga k' umuririmvyi w' indirimbo za Gospel azwi kw' izina rya DaduCalixte ko yagiz… – #RMTUpDates
Mu minsi iheze, twarabashikirije inkuru yavuga k' umuririmvyi w' indirimbo za Gospel azwi kw' izina rya DaduCalixte🇧🇮 ko yagize isanganya aho yambuwe ivyo yarafise aranakomeretswa n' abambuzi ariko Imana yarakinze ubu ni muzima. Inyuma y' indirimbo yasohoye zikamamara cane nka #Yarambabariye na #Nd_uwawe, kuri uyu w' Imana igenekerezo rya 10 Nzero 2021 muri urwo rukurikirane nyene, uyo muririmvyi…
View On WordPress















